Ivyahishuwe 13:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ababa kw’isi bose bazogisenga, kandi uhereye kw’ishingwa ry’isi, nta n’umwe muri bo izina ryiwe ryanditswe mu muzingo w’ubuzima+ wa wa Mwagazi w’intama wicwa+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:8 Umunara w’Inderetsi,15/2/2009, rup. 3 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 192
8 Ababa kw’isi bose bazogisenga, kandi uhereye kw’ishingwa ry’isi, nta n’umwe muri bo izina ryiwe ryanditswe mu muzingo w’ubuzima+ wa wa Mwagazi w’intama wicwa+.