Ivyahishuwe 13:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Kiraheza gikoresha ububasha bwose bwa ca gikoko ca mbere+, kibukoresha na co kibona. Gituma isi n’abayibako basenga ca gikoko ca mbere, kimwe cakira igikomere cica+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:12 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 193-194
12 Kiraheza gikoresha ububasha bwose bwa ca gikoko ca mbere+, kibukoresha na co kibona. Gituma isi n’abayibako basenga ca gikoko ca mbere, kimwe cakira igikomere cica+.