Ivyahishuwe 13:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Hanyuma cemererwa guha ubuzima* ishusho ya ca gikoko, kugira ngo iyo shusho igire ubushobozi bwo kuvuga n’ubwo kwicisha abantu bose banka gusenga iyo shusho. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:15 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 194-195, 240-241
15 Hanyuma cemererwa guha ubuzima* ishusho ya ca gikoko, kugira ngo iyo shusho igire ubushobozi bwo kuvuga n’ubwo kwicisha abantu bose banka gusenga iyo shusho.