Ivyahishuwe 18:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kubera umuvinyu w’ubusambanyi* bwiwe bukaze*, amahanga yose yaraguye mu mutego wiwe+, abami bo kw’isi na bo barakoranye ubusambanyi na we+, kandi abadandaza* bo kw’isi baratungishijwe n’ibihinda vyiwe vy’agaterasoni.» Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:3 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 261-264 Bibiliya (bi12), rup. 1939, 1947-1948
3 Kubera umuvinyu w’ubusambanyi* bwiwe bukaze*, amahanga yose yaraguye mu mutego wiwe+, abami bo kw’isi na bo barakoranye ubusambanyi na we+, kandi abadandaza* bo kw’isi baratungishijwe n’ibihinda vyiwe vy’agaterasoni.»