-
Ivyahishuwe 18:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Iwe ntihazosubira kwumvikana ijwi ry’abaririmvyi bajanisha n’inanga, abacuraranzi, abavuza imyironge n’abavuza inzumbete. Nta bahinga bakora utugenegene bazosubira kuboneka iwe, kandi nta jwi ry’urusyo rizosubira kwumvikana iwe.
-