Ivyahishuwe 18:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Nta muco w’itara uzokwongera kwaka iwe, kandi nta jwi ry’umukwe canke ry’umugeni rizokwongera kwumvikana iwe. Abadandaza biwe bari abantu bakomakomeye bo kw’isi, kandi amahanga yose yarazimijwe n’ubupfumu bwiwe+. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:23 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 269-270
23 Nta muco w’itara uzokwongera kwaka iwe, kandi nta jwi ry’umukwe canke ry’umugeni rizokwongera kwumvikana iwe. Abadandaza biwe bari abantu bakomakomeye bo kw’isi, kandi amahanga yose yarazimijwe n’ubupfumu bwiwe+.