Ivyahishuwe 22:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ndi Alufa na Omega*+, uwa mbere n’uwa nyuma, intango n’iherezo. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:13 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 316-317