Ivyahishuwe 22:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 kandi nihagira uwugira ico akuye ku majambo ari mu muzingo w’ubu buhanuzi, Imana izokura umugabane wiwe muri vya biti vy’ubuzima+ no muri ca gisagara ceranda+, bikaba ari ibintu vyanditswe muri uyu muzingo. Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:19 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 318-319
19 kandi nihagira uwugira ico akuye ku majambo ari mu muzingo w’ubu buhanuzi, Imana izokura umugabane wiwe muri vya biti vy’ubuzima+ no muri ca gisagara ceranda+, bikaba ari ibintu vyanditswe muri uyu muzingo.