-
Itanguriro 44:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 Mugabo bamubwira bati: “Kubera iki umukama wanje avuga amajambo nk’ayo? Ni ibitokwiyumvirwa ko abasavyi bawe bokora ikintu nk’ico.