Itanguriro 47:1 Bibiliya y’isi nshasha 47 Yozefu rero araza, amenyesha Farawo ati+: “Dawe na bene wacu, imikuku yabo n’amasho yabo, n’ivyo bafise vyose, baje bavuye mu gihugu ca Kanani, kandi ehe bari mu gihugu ca Gosheni+.”
47 Yozefu rero araza, amenyesha Farawo ati+: “Dawe na bene wacu, imikuku yabo n’amasho yabo, n’ivyo bafise vyose, baje bavuye mu gihugu ca Kanani, kandi ehe bari mu gihugu ca Gosheni+.”