Kuvayo 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Inyuma y’ivyo avuga ati: “Subiza ukuboko kwawe mu mukonyo wo haruguru w’impuzu yawe.” Nuko agusubizayo. Agukuyeyo, asanga kwasubiranye, gusa n’ahandi hose ku mubiri wiwe+!
7 Inyuma y’ivyo avuga ati: “Subiza ukuboko kwawe mu mukonyo wo haruguru w’impuzu yawe.” Nuko agusubizayo. Agukuyeyo, asanga kwasubiranye, gusa n’ahandi hose ku mubiri wiwe+!