Kuvayo 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko nibatemera n’ivyo bimenyetso bibiri canke ngo bumvirize ijwi ryawe+, uzoce ukura amazi mu ruzi Nili uyasese kw’isi yumutse; kandi nya mazi uzokura mu ruzi Nili, emwe, azocika koko amaraso kw’isi yumutse+.”
9 Ariko nibatemera n’ivyo bimenyetso bibiri canke ngo bumvirize ijwi ryawe+, uzoce ukura amazi mu ruzi Nili uyasese kw’isi yumutse; kandi nya mazi uzokura mu ruzi Nili, emwe, azocika koko amaraso kw’isi yumutse+.”