Kuvayo 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Musa afata umugore wiwe n’abahungu biwe aburiza indogobwa, asubira mu gihugu ca Misiri. Vyongeye, Musa atwara mu kuboko kwiwe ya nkoni y’Imana y’ukuri+.
20 Maze Musa afata umugore wiwe n’abahungu biwe aburiza indogobwa, asubira mu gihugu ca Misiri. Vyongeye, Musa atwara mu kuboko kwiwe ya nkoni y’Imana y’ukuri+.