Kuvayo 25:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi ukore umukerubi umwe kuri iyi mpera, n’umukerubi umwe ku yindi+. Muze mukore nya bakerubi kuri nya murumyo, ku mpera zibiri zawo.
19 Kandi ukore umukerubi umwe kuri iyi mpera, n’umukerubi umwe ku yindi+. Muze mukore nya bakerubi kuri nya murumyo, ku mpera zibiri zawo.