Kuvayo 31:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Imisi itandatu ni yo igikorwa gishobora gukorwamwo, mugabo ku musi ugira indwi ni isabato y’akaruhuko kuzuye+. Ni ikintu ceranda kuri Yehova. Umuntu wese azokora igikorwa ku musi w’isabato ntaze abure kwicwa.
15 Imisi itandatu ni yo igikorwa gishobora gukorwamwo, mugabo ku musi ugira indwi ni isabato y’akaruhuko kuzuye+. Ni ikintu ceranda kuri Yehova. Umuntu wese azokora igikorwa ku musi w’isabato ntaze abure kwicwa.