Kuvayo 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 None bizomenyekanira ku ki yuko nagize ubutoni mu maso yawe, jewe n’abantu bawe? Mbega si uko ujana natwe+, kuko jewe n’abantu bawe twagizwe abatandukanye n’abandi bantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka+?”
16 None bizomenyekanira ku ki yuko nagize ubutoni mu maso yawe, jewe n’abantu bawe? Mbega si uko ujana natwe+, kuko jewe n’abantu bawe twagizwe abatandukanye n’abandi bantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka+?”