Abalewi 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 canke agatora ikintu catakaye+ maze vy’ukuri agakoresha ikinyoma kuri nya kintu, kandi akarahira abesha+ ku kintu ico ari co cose mu bintu vyose yokora bikamucumuza,
3 canke agatora ikintu catakaye+ maze vy’ukuri agakoresha ikinyoma kuri nya kintu, kandi akarahira abesha+ ku kintu ico ari co cose mu bintu vyose yokora bikamucumuza,