Abalewi 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze ashikiriza rya shikanwa riturirwa, arigenza nk’uko bisanzwe bigirwa+.