Abalewi 14:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Aze atore ca giti c’isederi na ya ezobu+ na ca gitambara c’ibara ry’agahama na ya nyoni nzima, abijobeke mu maraso ya ya nyoni yicwa no muri ya mazi atemba, ayacucagire+ kuri nya nzu incuro indwi+.
51 Aze atore ca giti c’isederi na ya ezobu+ na ca gitambara c’ibara ry’agahama na ya nyoni nzima, abijobeke mu maraso ya ya nyoni yicwa no muri ya mazi atemba, ayacucagire+ kuri nya nzu incuro indwi+.