Abalewi 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku musi wa mbere muzogira ihwaniro ryeranda+. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora.