-
Abalewi 27:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 “‘Nimba imyaka afise iva kuri mirongo itandatu kuduga, nimba ari uw’igitsina-gabo, agaciro kagereranijwe kaze kabe shekeli cumi na zitanu, ku w’igitsina-gore na ho shekeli cumi.
-