Abalewi 27:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ntakwiye gusuzuma ko ari ciza canke kibi, eka ntakwiye no kugikaba. Mugabo aramutse agikavye, ubwaco kize gicike ikintu ceranda+, n’ikigikabwe nyene. Nticoshobora kugaruzwa.’”
33 Ntakwiye gusuzuma ko ari ciza canke kibi, eka ntakwiye no kugikaba. Mugabo aramutse agikavye, ubwaco kize gicike ikintu ceranda+, n’ikigikabwe nyene. Nticoshobora kugaruzwa.’”