Guharura 1:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 “Umuryango wa Lewi ni wo gusa utazokwandika, kandi igitigiri cose hamwe cabo ntuze ugiharure muri bene Isirayeli+.
49 “Umuryango wa Lewi ni wo gusa utazokwandika, kandi igitigiri cose hamwe cabo ntuze ugiharure muri bene Isirayeli+.