Guharura 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Aya rero ni yo yari amayaruka ya Aroni na Musa ku musi Yehova yavugana na Musa ku musozi Sinayi+.