Guharura 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Andika bene Lewi nk’uko inzu ya ba se iri, hakurikijwe imiryango yabo. Uw’igitsina-gabo wese kuva ku kwezi kumwe kuduga aze yandikwe+.”
15 “Andika bene Lewi nk’uko inzu ya ba se iri, hakurikijwe imiryango yabo. Uw’igitsina-gabo wese kuva ku kwezi kumwe kuduga aze yandikwe+.”