Guharura 3:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Maze Yehova abwira Musa ati: “Andika ab’igitsina-gabo b’imfura bose bo muri bene Isirayeli kuva ku kwezi kumwe kuduga+, kandi ubaharure.
40 Maze Yehova abwira Musa ati: “Andika ab’igitsina-gabo b’imfura bose bo muri bene Isirayeli kuva ku kwezi kumwe kuduga+, kandi ubaharure.