-
Guharura 3:50Bibiliya y’isi nshasha
-
-
50 Atora nya mahera y’imfura za bene Isirayeli, shekeli igihumbi n’amajana atatu na mirongo itandatu na zitanu, hisunzwe shekeli y’ahantu heranda.
-