Guharura 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo nimba uno atagira incuti ya hafi yorihwa iyo nshumbusho y’ukwagirwa n’icaha, nya nshumbusho y’ukwagirwa n’icaha irishwe Yehova izoca yegukira umuherezi, kiretse impfizi y’intama y’impongano azomutangirako impongano*+.
8 Mugabo nimba uno atagira incuti ya hafi yorihwa iyo nshumbusho y’ukwagirwa n’icaha, nya nshumbusho y’ukwagirwa n’icaha irishwe Yehova izoca yegukira umuherezi, kiretse impfizi y’intama y’impongano azomutangirako impongano*+.