Guharura 7:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 ku bw’ikimazi c’ugusangira+ na ho, ashikiriza inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu, imyagazi y’intama y’amasuguru itanu, umwe wose umaze umwaka. Iryo ni ryo ryabaye ishikanwa rya Abidani mwene Gideyoni+.
65 ku bw’ikimazi c’ugusangira+ na ho, ashikiriza inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu, imyagazi y’intama y’amasuguru itanu, umwe wose umaze umwaka. Iryo ni ryo ryabaye ishikanwa rya Abidani mwene Gideyoni+.