Guharura 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Mu gihugu canyu, nimwinjira mu ntambara yo kurwanya uwubahahaza ariko arabatoteza+, muze mwumvikanishe akamo k’intambara mukoresheje inzumbete+, maze ntimuzobura kwibukwa imbere ya Yehova Imana yanyu, mukizwe abansi banyu+.
9 “Mu gihugu canyu, nimwinjira mu ntambara yo kurwanya uwubahahaza ariko arabatoteza+, muze mwumvikanishe akamo k’intambara mukoresheje inzumbete+, maze ntimuzobura kwibukwa imbere ya Yehova Imana yanyu, mukizwe abansi banyu+.