Guharura 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nya gicu kiva hejuru y’ihema, kandi ehe Miriyamu yari yatejwe imibembe yera derere*+. Maze Aroni ahindukira kuraba Miriyamu, kandi ehe, yari yatejwe imibembe+. Guharūra Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:10 Umunara w’Inderetsi,1/8/2004, rup. 26
10 Nya gicu kiva hejuru y’ihema, kandi ehe Miriyamu yari yatejwe imibembe yera derere*+. Maze Aroni ahindukira kuraba Miriyamu, kandi ehe, yari yatejwe imibembe+.