Guharura 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mwebwe abo mw’ishengero be na kavamahanga abayeho ari kavamahanga muzogira icagezwe kimwe+. Kizoba icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu. Kavamahanga azoba cokimwe namwe imbere ya Yehova+.
15 Mwebwe abo mw’ishengero be na kavamahanga abayeho ari kavamahanga muzogira icagezwe kimwe+. Kizoba icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu. Kavamahanga azoba cokimwe namwe imbere ya Yehova+.