25 Umuherezi aze atangire impongano+ ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, na bo bazobabarirwa; kuko kwabaye ukwihenda+; na bo, ku ruhande rwabo, bakaba bazanye bwa shikanwa ryabo ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova n’ishikanwa ry’igicumuro ryabo imbere ya Yehova ku bw’ukwihenda kwabo.