Guharura 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Musa aca arashavura cane, abwira Yehova ati: “Ntuhindukire ngo urabe ishikanwa ryabo ry’intete+. Nta ndogobwa y’ingabo n’imwe nabatwaye, canke ngo ngirire nabi n’umwe muri bo+.”
15 Musa aca arashavura cane, abwira Yehova ati: “Ntuhindukire ngo urabe ishikanwa ryabo ry’intete+. Nta ndogobwa y’ingabo n’imwe nabatwaye, canke ngo ngirire nabi n’umwe muri bo+.”