Guharura 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uze uyicunguze ikiguzi cayo c’icungurwa kuva ku yimaze ukwezi kuduga, hakurikijwe agaciro kagereranijwe, shekeli z’ifeza zitanu hisunzwe shekeli y’ahantu heranda+. Na yo ingana na gera* mirongo ibiri+.
16 Uze uyicunguze ikiguzi cayo c’icungurwa kuva ku yimaze ukwezi kuduga, hakurikijwe agaciro kagereranijwe, shekeli z’ifeza zitanu hisunzwe shekeli y’ahantu heranda+. Na yo ingana na gera* mirongo ibiri+.