Guharura 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nyene gukoranya iminyota ya nya nka aze amese impuzu ziwe maze abe uwuhumanye gushika ku mugoroba+. “‘Bize bibere icagezwe bene Isirayeli na kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri bo, gushika igihe kitagira urugero+.
10 Nyene gukoranya iminyota ya nya nka aze amese impuzu ziwe maze abe uwuhumanye gushika ku mugoroba+. “‘Bize bibere icagezwe bene Isirayeli na kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri bo, gushika igihe kitagira urugero+.