Guharura 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Tora ya nkoni+ hanyuma ukoranye ikoraniro, wewe na Aroni mwene wanyu, muheze mubwire urutare mu maso yabo kugira rutange amazi yarwo; ubakurire amazi muri nya rutare, uhe ikoraniro n’ibitwazi vyabo binywe+.”
8 “Tora ya nkoni+ hanyuma ukoranye ikoraniro, wewe na Aroni mwene wanyu, muheze mubwire urutare mu maso yabo kugira rutange amazi yarwo; ubakurire amazi muri nya rutare, uhe ikoraniro n’ibitwazi vyabo binywe+.”