Guharura 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Amaherezo twaratakambiye Yehova+ na we arumva ijwi ryacu maze arungika umumarayika+, adukura mu Misiri; none ehe turi i Kadeshi, igisagara kiri ku mpera y’akarere kawe.
16 Amaherezo twaratakambiye Yehova+ na we arumva ijwi ryacu maze arungika umumarayika+, adukura mu Misiri; none ehe turi i Kadeshi, igisagara kiri ku mpera y’akarere kawe.