Guharura 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bene Isirayeli na bo bamubwira bati: “Tuzodugana inzira y’ikirari; kandi jewe n’ibitungwa vyanje nitwanywa amazi yawe, sinzobura rero gutanga ico aciye+. Nta kindi nshaka atari ukuhaca n’amaguru+.”
19 Bene Isirayeli na bo bamubwira bati: “Tuzodugana inzira y’ikirari; kandi jewe n’ibitungwa vyanje nitwanywa amazi yawe, sinzobura rero gutanga ico aciye+. Nta kindi nshaka atari ukuhaca n’amaguru+.”