Guharura 22:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Yehova apfukura amaso+ ya Balamu, ku buryo abona umumarayika wa Yehova ahagaze mu nzira, yasokoye inkota yiwe ayifise mu kuboko. Aca arunama, akubita inkoro hasi yubamye.
31 Nuko Yehova apfukura amaso+ ya Balamu, ku buryo abona umumarayika wa Yehova ahagaze mu nzira, yasokoye inkota yiwe ayifise mu kuboko. Aca arunama, akubita inkoro hasi yubamye.