Guharura 26:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bene Eliyabu na bo bari: Nemuweli na Datani na Abiramu. Uyo Datani+ na Abiramu+ bari abagenywe b’ikoraniro bagiye mu vyo kurwanya Musa na Aroni mw’ikoraniro rya Kora+, igihe baja mu vyo kurwanya Yehova.
9 Bene Eliyabu na bo bari: Nemuweli na Datani na Abiramu. Uyo Datani+ na Abiramu+ bari abagenywe b’ikoraniro bagiye mu vyo kurwanya Musa na Aroni mw’ikoraniro rya Kora+, igihe baja mu vyo kurwanya Yehova.