Guharura 26:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze isi yarasamitse akanwa irabamira+. Nayo Kora, yapfuye igihe nya koraniro ryapfa, igihe umuriro wayigiza abagabo amajana abiri na mirongo itanu+. Nuko baba ikimenyetso+.
10 Maze isi yarasamitse akanwa irabamira+. Nayo Kora, yapfuye igihe nya koraniro ryapfa, igihe umuriro wayigiza abagabo amajana abiri na mirongo itanu+. Nuko baba ikimenyetso+.