Guharura 26:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Zelofehadi mwene Heferi ntiyaronse abahungu, mugabo yaronse abakobwa+, kandi amazina ya nya bakobwa ba Zelofehadi yari Mahila, Nowa, Hogula, Milika na Tiruza+.
33 Zelofehadi mwene Heferi ntiyaronse abahungu, mugabo yaronse abakobwa+, kandi amazina ya nya bakobwa ba Zelofehadi yari Mahila, Nowa, Hogula, Milika na Tiruza+.