Guharura 26:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Iyo ni yo yari imiryango ya bene Asheri+, y’abanditswe babo: bari ibihumbi mirongo itanu na bitatu n’amajana ane+.
47 Iyo ni yo yari imiryango ya bene Asheri+, y’abanditswe babo: bari ibihumbi mirongo itanu na bitatu n’amajana ane+.