Guharura 26:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Iyo ni yo yari imiryango ya Nafutali+ hakurikijwe imiryango yabo; abanditswe babo bari ibihumbi mirongo ine na bitanu n’amajana ane+.
50 Iyo ni yo yari imiryango ya Nafutali+ hakurikijwe imiryango yabo; abanditswe babo bari ibihumbi mirongo ine na bitanu n’amajana ane+.