Guharura 26:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Igihugu kize kigabanganywe biciye gusa ku bupfindo+. Baze baronke intoranwa hakurikijwe amazina y’imiryango ya ba se.
55 Igihugu kize kigabanganywe biciye gusa ku bupfindo+. Baze baronke intoranwa hakurikijwe amazina y’imiryango ya ba se.