Guharura 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Musa abwira abantu ati: “Nimuronse ibikenewe abagabo bo muri mwebwe ku bw’ingabo, kugira bakore igikorwa co kurwanya Midiyani ngo bashitse uguhōra kwa Yehova kuri Midiyani+.
3 Nuko Musa abwira abantu ati: “Nimuronse ibikenewe abagabo bo muri mwebwe ku bw’ingabo, kugira bakore igikorwa co kurwanya Midiyani ngo bashitse uguhōra kwa Yehova kuri Midiyani+.