Guharura 32:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Twebwe ubwacu tuzojabuka imbere ya Yehova dufise ibikenewe, tuje mu gihugu ca Kanani+, kandi intoranwa yacu twigabira tuzoba tuyifise hakuno ya Yorodani+.”
32 Twebwe ubwacu tuzojabuka imbere ya Yehova dufise ibikenewe, tuje mu gihugu ca Kanani+, kandi intoranwa yacu twigabira tuzoba tuyifise hakuno ya Yorodani+.”