Guharura 33:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Batangura kugenda bavuye i Ramesesi+ mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi kwa mbere+. Ku musi nyene ukurikira pasika+, bene Isirayeli barasohoka ukuboko gutaritse*, mu maso y’Abanyamisiri bose+.
3 Batangura kugenda bavuye i Ramesesi+ mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi kwa mbere+. Ku musi nyene ukurikira pasika+, bene Isirayeli barasohoka ukuboko gutaritse*, mu maso y’Abanyamisiri bose+.