Guharura 34:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 ku muryango wa bene Isakari+: umukuru umwe, ari we Palitiyeli mwene Azani;